Ubuhanuzi ku ntambara y’uburundi no gukurwa kubutegetsi bwa Petero Nkurunziza.

,,, INTAMBARA YU BURUNDI ,,, 
Anselme, Nyawita, Yaragwira. Subira mwihweze neza uko ubuhanuzi bwagiye burakurikirana.

Umuhanuzi yitwa Beba, ku bamuzi nivyo ba muziko, ya ravuze ivy’ i ntambara ya nyuma izoba mu burundi, abazi ivyo ya vuze ibimenyetso bimwe-bimwe vyarashitse n’ i bindi bikomeza gushika, ni bigisigaye gushika. Muvyo ya hanuye avuga ku barwana baba mw’ i shamba, Imana ya mubariye ko itazokunda yuko bafata igihugu, kuko bohava bica umugambi wayo ariwo isezerano, kw’ i hesha icubahiro mu ntambara ya nyuma ariyo imaze kumenyekana kuva mu mwaka w’ i bihumbi bi biri na cumi na kane ku muhanuzi w’ u mu ny’ a Rwanda Damascene Gakwaya na bakomeje bahabwa inzozi ziyo ntambara kugera nubu ikicitezwe na ba kiyizeye. Abantu Imana ya mubwira izohagurutsa imisore n’ i nkumi ba karwana baba mw’ i shamba ariko ntibafate igihugu uyu musi na bavuzweko na Damascene Gakwaya ubu bari ku ntwaro y’ u Burundi bavanze abari mu muhari wa rwana wa fnl n’ a ba cndd-fdd bari barongowe na Petero Nkurunziza na Hussein Radjabu na Nyangoma bataricamwo imice, umuhari wa cndd-fdd ariwo ufise ubutware bw’ i gihugu c’ u Burundi nibo bavuzweko Imana itazobakundira ko bafata igihugu kuko bo kwishimye bakica umugambi w’Imana, nkuko Imana ishishikaje ku bigaragaza mu nyifato zabo, u buryo berekana ko barwanye cane kandi ko atawundi muntu azoza abahangara kuko bavuga yuko bakirwaniye igihugu c’ u Burundi kandi n’ u mukuru wawo ariwe yiswe izina rya Farawo k’ u mpamvu z’ u gukomantazwa umutima n’Imana kugira ngo abe ariwe irangirizako intambara ya nyuma ku Burundi amaze gutera benshi imitima ihagaze ndetse bihebuye cane kuko batakibona uko iyo ntambara izoba canke azopfa nkuko vyavuzwe bivanye n’ u kw’ a bantu bapfa kandi atawumuhangara ngo abonekane ko aruwugipfa, abaserukira umuhari wa cndd-fdd bu rwaruka na bakuze bitwa Imbonerakure kuko ari intambara ya nyuma kandi iba irusha izindi zose ububi, Imana yari imaze imisi iberekana uburyo biteguriye ku rwanya uyo wese ashaka ku bakura ku ntwaro ndetse bakerekana u bukomezi n’ u buhinga bwo kurwana bamaze kuronka bu batera kwemerwa no kwemeza yuko atawobahangara; ntabwo iyo ntambara yoba ya vugishijwe u mwanya wose ungana gurtya ngo ntibeho, kandi ikaba yagiye irenzwako amasango yayo ni bimenyetso vyayo bigahindagurika hanyuma nubu igikomeza kwiterwa, ngo itume abazorwanywa ba bonekane kw’ ata myiteguro ihagije bafise ku bo biteze kurwana nabo, kuko ari intambara ya nyuma nico gituma nabo, Imana ya bashizemwo umutimbisho atakindi babona imbere zabo atari kurwana no gutsinda, kandi nabo kuko batemerewe n’Imana gufata igihugu inyota n’i nzara vyo kurwana nivyo bi baranga ntibirabavamwo ivyo kurwana kuko ari intambara y’ i ntumbero yu mugambi w’Imana kw’ i hanga ry’ a Barundi, ntabwo inguvu bamaze igihe berekana mu kwica, gufata kunguvu, imyimenyerezo arivy’ u busa-busa, nta mahoro araboneka muri afrika canke yo mu karere nk’a yari mu bihugu vya bulaya na amerika kuva irangira ry’ i ntambara y’isi ya kabiri; Gurtyo niko Imana ikora, abanyabulayi bahagurukijwe umugabo yitwa Rommel afatanije na Hitler basaba Satani u bushobozi bwo gutwara isi biciye mu nzira yo kurwana, bafata ibihugu bitobito ba bigira ivyabo bagwiza abarwanyi, arico ca tumye itwara imyaka itanu kugira ngo irangire, kandi ya hagurukiwe n’ i bihugu bikomeye bikorera hamwe bihabuza aho hose yari ya rafashe, yari intambara mbi ikicibukwa nuyu musi, mu banyabulayi n’ i kizira gupfa kuvugira ku mugaragaro izina Adolph irya Hitler ryoryo wo bazwa ibibazo vyinshi, kuko haciye igihe abantu bavukana u bumuga bwo mu mitwe arico ca teye Imana kubanyarukiriza iterambere rirwiza ibikoresho bikomeye vyo kuja bahiga ama bombe, atigeze aturika kuko ya tewe ku bwinshi, mu gihugu ca Holland, Imana ya ciye ihereza abantu baho uburebure kuko bavuka ari ibimuga kubw’ i myuka y’ u bumara bw’ a masasu na mabombe vyatewe ku bwinshi canecane mu gisagara ca Rotterdam ca fashwe mu misi itanu n’ i ngabo za Hitler za ba Nazi, kubw’ a bantu bahapfiriye, ariho Imana yaciye itanga amahoro mu bihugu vya bulayi inyuma yiyo ntambara ikomeye cane. 

 Abakibahanurira ivy’ i ntambara yu Burundi, uyu mwanya uhaciye wose ntako Imana itakomeje ibereka muri ya myaka itatu yari ya bakuriyeho intambara yo twaye, be nivy’ aba cndd-fdd bari gukorera abantu kugira ngo murabe ishavu bafise bitwaje amoko mu gushaka kw’ ihora abatutsi, abakicibaza ko ari ibisanzwe, icari kubera ciza a Barundi, nuko ata muhanuzi numwe Imana yari kurekurira guhanurira a Barundi canke kuja mu Burundi, nkuko na Yesu Kristo bamwanse ya bavukiyemwo yarahanuwe kera cane, ingaruka mbi ku bayuda baronka kuva bahawe u bwigenge bwo gusubizwa i gihugu cabo na bugingo barazi ico Yesu Kristo ya size ababwiye ko arumuvumo udasanzwe, bahanzwe na Palesitina be ni bihugu vy’ a barabu bindi, bahorwa ahahoze ingoro ya kabiri yu batswe n’ Umwami Salomo, bo bashaka ku hubaka iya gatatu, ariko hari umusigiti wa bisilamu , u bwicanyi buhabera ni bwinshi kandi ntawubanguranya yaba ibihugu bikomeye nka bulaya amerika ntaco batakoze ariko ntagihinduka, rero kuba a Barundi mwahagurukirijwe abahanuzi ba tandukanye mu myanya itandukanye bakomeza bahanurira ivyiyo ntambara, mukaba mwa bafashe nabi mwibaza ngo n’ a bahanuzi bi binyoma, mwari kwegeye ibihano kuko abahanuzi ari abumvira Imana ikabatuma bakagenda ukabanka uba wanse ya Mana utabona, ibikubako mu nyuma, nivyo mugira mwi bonere, kuko iyi ntambara ya rayikomantaje ku buryo nta nuwo yemereye kandi kuyisigura ukwigiye kumera, kuko mwarayishavuje ya bakunze cane ibahereza abahanuzi bi mva mahanga na batazi u Burundi mukomeza mu bahakana,. Ntabwo Farawo Imana ya muretse atware ndetse imukomantaza umutima imujana no muvyo gupfumuza aruko itari izi ico ishaka murino misi turimwo; uvyizera uta vyizera intambara yateguwe n’Imana. 

Iyari kuba mu kuvugishwa kwa Damascene Gakwaya ya mezi atatu, Imana igatwara imiliyoni z’ i tatu z’ a bantu, yari iyi kigongwe kuruta uko ubu abantu bateye ishavu Imana ikaba ya gwijwe kabiri kandi impande zose zikaba zihaye zibifashwamwo na bazungu baba freemason, kuko Imana ya bateje kutumvikana abo ba freemason, bamwe bafasha u ruhande rwa Farawo, abandi bafasha u ruhande rwa barwanya leta, ico bera ciza umuntu wese amaze kubura uwiwe yaba nyina, yaba se, yaba bashiki biwe, yaba basaza biwe, akana baherekeza bagahambwa mu cubahiro ashime Imana cane kuko abo baronse akanya keza ko gusezerwa, abandi mwarabonye bahambwe nabi ahantu hamwe, abandi ntabwo mugiye kumenya aho bazosangukira, arico gituma igiye kurwamwo benshi kurusha imiliyoni z’ i tatu, kuko bafise ibikoresho bikozwe ku buhinga bwa none, birimwo u bumara bwica, bumugaza, arico gituma nubu, nubwo abarundi batumva Imana ikomeza ibagumirizaho ababahanurira na bibutsa ivyasezeranwe ba bakebura kuko Imana i fitiye u Burundi umugambi mwiza cane, ku buryo u Burundi hako bwo ronka amahoro ari vyiza Satani apfuye, rero nico gituma ari intambara igomberwa ku guma ihanurwa akanya itarashika kuko hari vyinshi u Burundi buzoserurira isi nzima, maze isi igashikirwa n’ u muco w’ i myaka i bihumbi bi biri iheze uje mw’ isi ariko u kazimwa ku mpamvu z’ i tandukanye. 

Murakoze.