Wamaze Imyaka Myinshi Ubihanganira Ubihanganira,watumye Mpwemu Wawe Kubahanura,avugiye Mubavugishwa Bawe,ariko Banka Kwumva;nicocatumye Ubagabura Mumaboko Y’abanyamahanga Bo Mubindi Bihugu.Yamara Naho Bimeze Birtyo,imbabazi Zawe Nyishi Zakubujije Kubahonya Rwose,ntiwabata,kuk’ur’Imana Yinyabuntu Kandi Yimbabazi.None,Mana Yacu,Mana Nkuru,uhambaye Uteye Ubgoba,niwewe Ugumya Isezerano Nikigorwe Turakwinginze Amagorwa Yose Twabonye Ntuyite Ikintu Coroshe,ayatubayeko Twena Bami Bacu,na Baherezi Bacu,na Bavugishwa Bacu Nabasogokuruza Bacu,eka Nabantu Bawe Bose,uhereye Igihe C’abami B’i Ashuri Ugashitsa Nabugingo Nubu.Ariko Murivyovyose Vyatubayeko,weho Wama Uboneka Ugororotse,wama Ukora Ibiroranye Yamara Tweho Twakoze Ibibi.Abami Bacu N’abakuru Bacu N’abaherezi Bacu Nabasogokuruza Bacu Ntibitondeye Ivyagezwe Vyawe,ntibumviye Amabgirizwa Yawe N’imburi Wababuriye. Nehemiya 9:30~34.
Abafise Bibiliya Mwosoma Mukageza Kumurongo Wa (37.) Imana Idufashe Cane. Amen .
Placide Nduwayezu