Mwifurijwe ibihe vyiza.

Ubuntu, amahoro n’umunezero,biva kuri Mpwemu Yera bibane namwe! Nahawe iri jambo muri Yoh.19:30. Ubu butumwa bw’i Gologota bukomeye! Yesu Kristo atangariza abari mw’isi boseati « vyose birarangiye ».Amen

Amahanga yose arabimenya ko Yesu yabirangije vyose, hashize imyaka myinshi! Imiruho yagiriye i Getsemani

agasubira i Gologota:Ni tunezerwe Bakundwa Yesu yaranesheje. Atsinze urupfu,

shetani n’abamalayika biwe.

Mw’isi tugira amarushwa menshi ariko niduhumure!!

Uhoraho aguhe umugisha. Ugire ijoro ryiza!!

Uwisezerano.