Izunguruka ry’abaserukira amashiramwe adaharanira inyungu za politike mu bategetsi bibihugu vyabulaya ntiribonwa kumwe na bose.

Izunguruka ry’abaserukira amashiramwe adaharanira inyungu za politike mu bategetsi bibihugu vyabulaya ntiribonwa kumwe na bose. Bamwe baribaza yuko vyukuri ba Pacifique naba Vitali baharanira vyukuri inyungu z’abarundi vyukuri canke inyungu « zabo » abandi bati nimubareke barindi bagerageza uko bashoboye.