,,, I HUMURE RY’ U BUKURIKIRA KU NTAMBARA Y’ U BURUNDI ,,,Anselme, Nyawita, Yaragwira.
07. 05. 2017 Buri ntambara ziba mu bihugu bitandukanye muri africa, nubwo iba ari i ya banje ku vugishwa, i nyuma yayo iba irimwo abazungu kuko aribo bafise u butunzi bw’ a mahera, ku ruhande rw’ a barwanywa na barwanya, nibo bafise uruvugiro bitewe n’ u buzima bafise; i gihe cose amateka y’ isi Imana itarayahindura nibo bazokwama bari inyuma y’ i ntambara z’ i tandukanye zi zokwama zaduka mu bihugu bitandukanye canecane muri afrika.
hariho Imana hakabaho imana z’ i tandukanye; Zewusi, Diana, Arutemi, Allah, Antikristo, Krisjina, Budha, Osiris, Aba freemason, Aba illuminati, Aba Jesuits, Abo muri skull and bones, Bohemian grove, Satani. ;; Imana ntiboneka kibiri-biri, ariko wizeye Impwemu yayo u rayibona murubwo buryo, vyatewe niki kuba ya remye abantu badashobora kuyibona ukw’ iri bari mu mubiri ya baremanye: Imana ntiyanse yuko abantu boyibona nk’ u kw’ iri ariko abantu nibo batumye bitagikunda yuko boyibona ukw’ iri, ati ; mu buhe buryo: U hereye mw’ i juru, u buryo abamarayika n’ i binyabugingo uko Imana mu bushobozi bwayo ya baremye, nivyo bituma yaba abatavuye mu bukuru bwabo aribo bamarayika canke uhereye ku mukuru wabo Satani abamwumviye bagahindurwa kuba uko tubazi nu yu musi bitwa; ntabwo bo bigoye kubona Imana no kuyaga nayo muri bwa buryo butabonwa na maso yacu yu mubiri aribwo ;; Isi ya Mpwemu ariho, u wariwe wese kiremwa muntu agiriwe u buntu kwerekwa ivy’ i juru canke ivy’ i kuzimu, akurwa mu mubiri afise akambikwa Mpwemu akabona kujanwa mur’ i yo si yindi akabona ivyo aba ajanywemwo kubona, na Satani ku mubona wo mubona muri iyo si, ariko mu bigaragara Satani ukwazwi uko Imana ya muhinduye akava kuri Rusoferi akaja kuri Satani ntushobora ku mubona, ariko mu bikorwa no gukoresha ishusho y’ i kintu canke umuntu kubwo kuba urimwo Mpwemu yera niho utahura yuko ari Satani, ariko ushaka ku mu menya ukwari no ku mubona ujanywe muri iyo yindi si yi mpwemu niho umubonera. Ariko twebwe abana ba bantu Imana ntitwoyibona mu buryo ya turemyemwo kuko; kuva Adamu na Eva bakuweko u budahangarwa bw’ u rupfu bakirukanwa muri Edeni bo bari baremwe u gutandukanye nuko twebwe na bugingo n’ u yu musi tuvuka; twebwe tuvuka iyo ba biri badasangiye ibitsina bahuye maze tukaboneka gurtyo, ico co nyene ni inyishu itomoye yuko Imana tudashobora ku yibonesha amaso ya kimubiri ya remewe mw’ i no si kandi umuntu ari u wavuye mu mukungugu ariko i kibitsanyo Imana ya dushizemwo arico ; Impwemu idufasha guhema iyo Imana i twaye uwayo canke i mwimbuye, Mpwemu asubira mw’ ijuru i kibiri ki gasubira mw’ ivu.
Imana iragoye nivy’ ivuga nivy’ ikora biragoye; ya remye imana kandi iziha gukora ariko zose zi gendera musi y’ u bushobozi buri muri Satani; ariko u mwanya zi kirekuriwe gukora kugira ngo ize yiheshe i cubahiro kuri vyose bi boneka n’ i bitaboneka; abazisenga mu butandukane bwazo z’ i rabahereza ivyo bazisaba nabo bakazishirikiza ivyo zi basaba, ari ibimazi vy’ a bantu, ari ukutavuga izina rya Yesu Kristo; ariko murumva yuko ico conyene ari kimwe mu vy’ u bahiro Imana yi shiriyeho, kuba wemera izo zindi mana ziri musi ya mukuru wa zose ariwe Satani ukaba utarekuriwe kuvuga izina rya Yesu Kristo, bisigura yuko Imana ya shatse kw’ i yerekana yuko iriho ibaho mu kw’ i cisha bugufi ku kurema i vyinkomezi bi boneka ko bikomeye ariko yo i genda i riyerekana gake-gake kugeza igihe ya shingiye vyose ; i kabona kw’ i yu bahisha kuri vyose na bose gushitsa i bihe bidashira, ni cogituma i bibi birama u mwanya mu nini, u kuri kuza gahoro-gahoro, a b’ i nkomezi zo mu buryo bw’ i myuka iva ku mana zindi baramira muvyo bahisemwo ari u gutwara i bihugu, u gutwara ikigo runaka, i migambwe n’ i bindi bitandukanye: Ariko iyo wizeye Imana, i kwamiza mu kurindira, kw’ i hangana, gutukwa, gukengerwa, gukena ndetse nivyo uba wizejwe nayo nk’ u kuri bigera ayaho u bihinyura canke u bivamwo ; nuko yo iraba i vyo izokora mu bihe bidashira, maze i vyo izindi mana zi haranira gushikako mu mwanya muto i vy’ i ta yukw’ ar’ i vyigihe gito i kazireka zigakora .
Izo mana ziracanamwo ntizikorere hamwe canke ngo zikore kumwe kandi vyose niyo i bigira ku nteguro zayo nk’ i ya remye vyose, imana i serukirwa na bazungu bi burayi ba fadikanije na amerika, u bwongereza i gice kimwe cegereye u burayi c’ u burusiya niyo i serukirwa na antikristo uyu nawe akaba akora mu mpisho ariko navyo n’Imana ya bigeze bibe birtyo, ariho ha nditswe u yundi azoza akorera ku mugaragaro nawe ntazo kwihagurutsa atari yo i bona ko bikwiye kw’ a haguruka kuja gukora i vyo yo i bona bikwiza ivyo ishaka mu bugombe bwayo n’ u bu Mana bwayo; rero iyi mana ya antikristo niyo nkuru kuruta izindi zose niho Satani ya hisemwo gukorera i bikorwa vyiwe vyose mu gufata isi akoresheje a’ b’ antikristo batandukanye kugeza kuw’ uriho uyu musi, rero uri u mutware ushaka u butegetsi bwawe ko bushigikirwa na bazungu u hitamwo kuja i kuzimu uciye mu bazungu bi buraya amerika u bwongereza bakaba aribo baguha amategeko u genderako; Ariko iyo wanse u gaca mu bindi bihugu nk’ i vya barabu imana yabo ari dagoni ntoya igihe cayo ca heranye n’ u bwami bw’ a babuloni ya kera ariyo ya twarwa na Nebukadineza u kongera ko u buperesi; Nubwo bagufasha abarabu ariko imana ya bazungu irakwica, rero Farawo ariwe Pierre Nkurunziza kuba ya cishijwe mu bihugu vy’ a barabu mu kuja i kuzimu no mu ba shinwa n’ a handi; ntaho atandukaniye na bategetsi bazwi ba bayeho bagapfa mu buryo bumwe kuko nabo barwanijwe n’ imana ya bazungu kuko ariyo igihawe kuganza isi irabatsinda i rabica kandi n’ i terambere ryo mu bihugu vyabo baba baragezeko rirayoka i bihugu bigasigara ari imisaka u bukene impunzi z’ i gahunga ivyo bihugu; imana ya dagoni ya barabu i rwana n’ i ya bazungu; Mohammar Gadhaffi yishwe n’ a bazungu kuko yanse ku gendera ku mategeko y’ imana ya bazungu, Saddam hussein yishwe n’ a bazungu kuko yanse ku gendera ku mategeko y’ imana ya bazungu, u mukuru wa Alqaida Osama bin laden yishwe n’ a bazungu kuko yanse ku gendera ku mategeko y’ imana ya bazungu, Laurent Bagbo ya kuweko yizera imana ya dagoni yo mu barabu kw’ i mufasha ariko kuko atabwo ariyo i hawe kuganza ya rakuwe ku ntwaro; Abo bose bapfuye impfu zabo zirasa kuko basangwa iyo binyegeje ivyabo bigahera gurtyo; kuba Imana ya twaye i kuzimu Farawo i mucishije mu bihugu vy’ a barabu nti bi batangaze kuba bitoroshe kuri we gusohoka nk’ u mubanyi wiwe Paul Kagame ngo aje ahatandukanye nk’ uko ya bikora imbere yuko i vy’ u buvugishwa bwa Damascene Gakwaya buziye; nawe i mana yiwe ntabwo ar’ i yi ya bazungu kuko Imana ya bikoze kugira ngo i muteranye nabo kandi ikaba yarabikoze; bakaba aribo bazoruhira ku mukurako kuko atagendeye ku mategeko y’ imana yabo, rero na sohoka i gihugu canke akakigumamwo urupfu rwiwe ntabwo ruzotandukana n’ i mpfu zabo bandi, kuko umuhora numwe; Rero intambara y’ u burundi n’ i ngombwa yuko iba kuko u butegetsi bwose bugenze burtyo buhezwa n’ i ntambara iba, kuko umutware aba yanse ku butanga kuneza kandi arinda abupfirako yemeza ko ari mukuri, i tombora ku burundi n’ a barundi nuko ari iy’ Imana ntabwo bazohita bagoka ngo bakene basubire kuba impunzi ahubwo babaye impunzi imbere yuko iba inyuma yayo bazotahukana amahoro umunezero mu gihugu c’ i sezerano, abe aribo bakoreshwa mu kuja ku garukana amahoro ahatandukanye kuko bizoba ari ivyo ku ntwaro ya bubaha Imana kandi Imana izoba y’ i garagaza cane kuva igihe kitari gito iri mu gacerere nk’ Itariho.
Murakoze.