Dusangire uyu murongo w’ijambo ry’Imana: Zab.25:2Riravuga ngo »Mana yanje ni wewe nizigiye ».Ikidukwiye hano bene data,nkuko dusangiye ibanga rimwe, nuko tubangiriza rwose ivyizigiro vyacu twatangura-
nye gushitsa kw’iherezo! Kandi ndagomba cane yuk’umuntu wese muri mwebwe yerekana uwo mwete w’ivyizigiro vyuzuye gushitsa kw’iherezo.
Ico nanje nizigiye ntakeke-
ranya, nuko uwatanguye
igikorwa ciza muri mwebwe
azogiheraheza gushitsa ku musi wa Yesu Kristo! Mugire
Ijoro ryiza! Yesu abagwirize ivyizigiro!
Betty