Habaye umugabo yarakeny cane mugab akaba afise akarima gatoyi ,ahejej kugasiza arabura imbuto yogutera,niho yajagusega iyo mbuto.awo ayisavy akamubwira ko bazogabura umwimbu,nabo bakaraba kakarima kiw ukokangana bati ushaka ivyutembana,ubona mumurima waw hovamwo ivyotwogabura?bakamuhinda.kuko ntibashaka ko atera imbere,hahez imisi niho yaja guca ingero ,bamuhmvye aca agura yambuto aratera kakarima kiw biraheza biramwita arimbura arongera arimbura.bamwe yasega babony imbuto yiw kungene yimbuka biyegerza wamugabo bamusaba kobomuha umurima abibemwo yambuto ngo bazogabur umwimbu. « KENSHI IYO UMUNTU YAMBAMBA ASABA ABOMUFASHA BAKANKA. IYO ATEYE INTAMBW BAMWE BANKA KUMUFASHA NIBO BAMWIYEGREZA UBWAMBERE »