Isoko yo mukamenge ishobora kuba iriko irasha

Amakuru ashikira uruganda rwamakuru ava muri zone kamenge avuga yuko isoko ya Kamenge iriko irasha muri uyu mwanya.

Ayo makuru aremeza kandi yuko vyabimodoka vyahageze biriko biragerageza kuzimya uyo muriro.