Kuri uyu mugoroba mukarere ka gatumba muri bujumbura mumicungararo yaho banyururije babantu harimwo n’umupatiri yahavuye yitaba Imana, iyu mugoroba humvikaniye amasasu menshi cane mbere bamwe bakaba bashoboye kuvuga abantu batatu bishwe.
Naho ivyahabereye bitaramenyekana neza haravugwa umwarabo yaba I bujumbura mbere yarahetse umugenzi wiwe kwipikipiki bose bishwe bavuye i Kongo. Kubera yuko yarasanzwe afise ubunywesherezo bw’igotoro i buvira muri Congo aho yaravuye, hariho abavuze yuko yari mubategerewe bakanusahura utwo yarafise.
Amahoro I burundi ari kuri nkukwezi.