Makamba : Abantu batanu bagirizwa ubwicanyi bafashwe
Abo batawe muri yompi bagirizwa ko aribo batanze amafaranga ku bagandaguye uwo mugore azwi kw’izina rya Bernadeta BARAGENGANA.
Mu giporisi mu ntara ya Makamba bakikeka ko amatati y’amatongo ariyo yoba ari inyuma y’ubwo bwicanyi.
Bernadeta BARAGENGANA yagandaguwe kw’igenekerezo rya 12 Rusama 2017.