Musaga: Imbonerakure 2 zafashwe.

Amakuru ava aho muri zone ya Musaga avuga ko umurwi w’Imbonerakure za CNDD FDD wariko ukubita abantu usanze aho muri zone ya Musaga, abo bahohotewe baca batabaza abajejwe umutekano.
Abasirikare bahashitse baciye bata muri yompi babiri bo muri uwo murwi.