Ngozi : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga Abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga bamenyesha ko batashoboye kumenya uwo muntu, bagasaba ko umutekano wokwongerezwa.
Mu giporisi mu ntara ya Ngozi bavuga ko amatohoza yamaze gutangura kugira barondere abakoze ubwo bwicanyi.