Ubuhanuzi ku gihugu cacu c’uburundi: vyatanguye gute, bibandanya gute, kandi bizohera gute? 

 VY ‘ ATANGUYE GUTE ?I tanguriro 11 : 1- 9 

 Imana imaze ku yo beranya indimi abantu bari umwe, baba ahantu hamwe, bakorera hamwe bumvikana , nta moko yariho, bose basenyera ku mugozi umwe, arico ca tumye umugambi ba pfunditse wo gushaka gushikira Imana wariko ubagendera neza ; Niho Uhoraho abonye ko bakobeje ndetse bageze kure amanukanwa no kw’ i hweza ivyo abantu bikoza, mu yindi nsiguro ; Imana igera aho yi gira nk’ i dahari mu buryo bwo kurekurira abantu gukora ivyo baba bahisemwo, ariko iba ifise igihe ya shinze maze ikavyaguruka ikaza kugenzura ivyo bikoza musi y’ i juru, ari bibi igahana ikabikuraho ari vyiza igahezagira abantu bagashishikara bayimenyeshwa n’ u kwiyerekana kwayo kuba guserukiye abantu. None imaze ku bona yuko bageze kure i tanguza umurimo wundi mushasha wo gutandukanya abantu bari umwe, ururimi rumwe; amamuko y’ i bihugu atangura kubaho gurtyo uhereye uyo musi, kuko umuntu y’ u mvikana nuwo bahuje ururimi yisanga ariko avuga ; umugambi bariko upfir’ a ho, batangura u buzima bushasha, bamwe imico i hwanye n’ u rurimi rushasha bisanze bavuga abandi bartyo nyene, ubuzima bumera gurtyo : Ari abazungu, ari abayuda, ari abarabu, abashinwa, aba hinde, abirabure inkomoko ya bose na vyose i va ngaho. Haciye igihe abantu bamaze kumenyera u buzima bushasha i nyuma zaho Imana isobanirije indimi, ikabavana ku rurimi rumwe ika bajana mu ndimi z’ i tandukanye, imigenzo imico ikaba i tandukanye kuri buri rurimi rwa gabirwa abaruhurizako bose bakigerera aho babona ha bakwiriye, havamwo u bwoko Imana i bwita u bwayo { Abayuda – Abisirayeli} Aburahamu ahabwa igikorwa ca munaniye atuma Imana imuha i gihano co kuba mu buja kw’ u bwoko bwiwe i myaka amajana ane { 400, hiyongerako imyaka 30} biturutse ku gikorwa ya hawe n’ a Ndi uwo Ndiwe akananirwa { Itanguriro 15 : 1-21}, u bwoko avamwo Aburahamu bushirwa mu buja bwa rimwe mw’ i hanga ry’ ari rya mutse muri ya mahanga uhereye u musi Imana isobanya indimi kuko rya jwemwo na mahanga atandukanye ririkoranya rirarwira rigira ikeberwe rinini ririyubaka rihuriza ku rurimi rumwe ariryo Egiputa, : Ubu vyorohere aburunganwe rwacu nkuko abazungu bashinze Amerika ikaba uyu musi ari igihugu kinini gihurikiyemwo amahanga atandukanye kandi kigira ururimi rwaco. 

BI BANDANYA GUTE 

Inyuma yaho batabawe n’ u musavyi wayo Mose bashirwa mw’i gosorwa ryo mu rugendo rw’ i myaka mirongo ine mu bugararwa, abashitse mu gihugu c’i sezerano nibo bashikijweko isezerano Imana yari ya rasezeraniye Aburahamu igihugu c’ i kanani. Kuva basubiye mu gihugu c’ i sezerano ku bandanya kugeza kw’ i vuka rya El ariwe Emmanu Yesu Kristo barahindurirwa ibihe vy’ u kubaho kuko baragizwe abaja bayandi mahanga bava egiputa, baba abaja bo ku ntwaro ya Ahasuwelusi kuri Esiteri ariwe ya ba bereye umukiza w’ u bwoko bwabo, bava i bu peresi baba inyagano i babuloni { ariyo izwi nka Iraq yubu} kwa Nebukadineza. Havugishwa u mutabazi wabo ariwe Isaka wo muri Mpwemu yera ariwe Yesu Kristo yari ya sezeranywe kuzoza. Mose atarapfa niwe ya hawe igikorwa co gutanguza pasika, bisigura u mwaka wo kuva mu buja { mu giheburayo ariwo bahimbaza nka Soekot umara imisi indwi bibuka u buryo bavuye mu buzima bw’ u rugendo rw’ i myaka mirongo ine mu bugararwa bwo muri Sinayi, haruhande bagahimbaza pasika u mwaka wo gukurwa mu buja ba mazemwo i myaka amajana ane na mirongo itatu 430}. Kuko ingoma ya baromaniya yari iganje kuva mu myaka y’ i rangira ry’ i sezerano rya kera ku bandanya na Yesu Kristo akavuka, agakura, agakora icari ca muzanye agasubira, na bugingo n’ u yu musi ikaba ariyo i gihawe ku ganza isi,; harabayeho i bibazo ku mahanga agizwe n’ i nkoba zi tandukanye na canecane abirabure u hereye { mu myaka y’ i mbere n’ i nyuma ya 1500 ku geza u musi Imana izo hindurira amateka y’ i ntwaro ya ki roma abantu benshi na canecane abirabure ku rukoba bagatabarwa mu buja bamazemwo ibinjana bishika bine mu buja bw’ a bo badasangiye u rukoba}. Mu gihe imana ya zanywe na muhamadi ariryo dini rya Isilamu aje gushigikira abafilisitiya kuko ari abasangiye se umwe na bakomoka kuri Isaka abayuda, Muhamadi ya koranye n’ i ntwaro ya baroma kugira ngo aho yashitse hose ahahindure kuba ab’ i dini rya tangujwe nawe ariryo Isilamu, nabo abagatorika kuko aribo bari bafise ndetse bagifise inganji y’ isi aho baciye hose abantu baba aba bagatorika. = Abo muhamadi ya hinduye kuba abisilamu, abasulutani, abakayifa bo mu bwoko bw’ a barabu, inyuma yi gihe idini rya isilamu ritangujwe na muhamadi afashijwe n’ a badayimoni { jinn, mapepo} ku mwandikisha igitabo c’ i dini rishasha riza rinegura bibiliya yera ndetse agahabwa inkomezi n’ u burenganzira n’ a baromaniya aribo ubu bazwi nka { European, abanyaburayi} kuko bose banegura bibiliya yera, bazirikanye inzira yo gukwiza idini ryabo rishasha aho baciye hose barashika muri afrika aho baritwayeyo banakora urudandazwa i zanzibar.: ; Abaromaniya nabo ba bagatorika { aba missionaire} bajana inzira mu gukwiragiza idini ryabo ry’ i kinyaburayi rifise igitabo banditse kirimwo uruvange rw’ a majambo ava muri bibiliya yera n’ a ndi ava mu badayimoni bazanirwa aricogituma aho baciye hose na canecane mu bihugu vyinshi abakirisito baho bakiri aba gatorika kandi ari bake mu batwibarutse bataronse agakiza gafatiye kuri bibiliya yera batabanje kwihana gushasha no kwemera u mubatizo wo mu mazi menshi. Ariko hariho amahanga muhamadi na bagenzi biwe, abanyaburayi abaromaniya batashoboye kugezayo amadini yabo ariyo: mu bashinwa bemera imana yabo yitwa { Budha}, abahindi ba kera batarazanwamwo abirabure k’ u bw’ urudandazwa rwahabaye bafise imana yabo yitwa { Hindoe},; mu bantu bose bagize isi Imana ya remye mu nkoba zi tandukanye, abantu bataragira idini ryabo ryo sasagara kwisi rikemerwa nkuko nabo bemera amadini bazaniwe { na birabure ku rukoba}, nico gituma abo bandi bi nkoba zera, akagaye, amacakubiri ku birabure adahera kiretse ari Imana yi mitse idini rishasha ry’ u kuri, rikomeye riri hejuru yayo madini yose ahari harimwo nayo bazaniwe, kugira ngo bose bavanwe mu madini yabo azimiza bamenyeshwe idini ry’ u kuri rifatiye kuri bibiliya yera.

BIZOHERERA HEHE

Hariho u buja bw’ i myaka myinshi bwa korewe abirabure kurukoba n’ a barabu, hakabaho u buja bw’ i myaka amajana atatu na mirongo itanu abantu birabura kurukoba bashizwemwo na bazungu ariho hakomotse vyose bizwi ku muzungu kurukoba ari hejuru mu vy’ u bumenyi mu vy’ i terambere, muvy’ itanguzwa ry’ a gakiza mu bihugu bashitsemwo vy’ a birabure. U buja bwakorewe abirabure kurukoba n’ a bazungu kuko aribwo bwa herukiye u bw’ a barabu, nibwo benshi bamenya; kuko abazungu bisunga bibiliya yera imirongo yo mu gitabo co mw’ i tanguriro kivuga ku bijanye n’ u buja abayuda ba bayemwo muri egiputa kandi bakemeza yuko << Imana ya remye abazungu yi hweje ishusho yayo, aricogituma ya bahaye ku ganza abirabure, no ku batwara uko bashatse>> uwagiriwe u buntu akaja muri kimwe mu bihugu bigize ubulayi , amerika, australia arabisobanukirwa cane kuko ariho bitahurika cane kurusha abari mu bihugu vya africa, abari mu mashure ba vyigishwa mu majambo ariko ata bikorwa vyavyo babona nk’ u ko abari mu bazungu ba bitahuzwa n’ u buryo bafatwa na nya bazungu ku rukoba, ico gihe nta wizuru rirerire, nta wizuru rigufi, nta muremure, nta mugufi w’ u mwirabure batandukanya murico gihe cose c’ u buja bakorerwa n’ a bazungu, kuko rwari urudandazwa ruvanzemwo na kabonero, agahahazo, u kwanka u rukoba rw’ i rabura, ariho ha komotse imvugo zi zwi na bazungu ku rukoba batizera yuko Imana ihari, ariyo ; Negro n’ u ko u mwirabure ya vuye mu gikoko citwa imafu canke inkobe ata bwenge afise adashobora kwiganza. Birahagarikwa nabo Imana ya vugiyemwo ko atari vyiza, ariko vyarakomeje muyind’ i nzira atari nk’ i ya mbere ariyo u buja bwa { gikoroni, gu curwa bufuni na buhoro} baza kuganza i bihugu vy’ a birabure, bashiraho leta bakunda, bubaka i bihwanye nu bw’ i bone bwabo bwa batera kubana, bi bagiza abirabure ivyo bakorewe imyaka amajana atatu na mirongo itanu, ba bigisha inyigisho, ari u kwiga gusoma, u kwandika, u kwambara bikwiye, habamwo no ku bacamwo ibice nko muri afrika yu buseruko u Rwanda, u Burundi, Congo na handi ba baronka bashizeho u mugambi wo ku barobanuza indemanwa zabo, za mazuru, uburebure nu bugufi, aba mazuru maremare ba bona inkomoko zabo ko ari mu bihugu biri hafi n’ i bihugu vy’ a barabu, abahinde, arivyo ; Etiyopiya, Somaliya, Eritreya, na handi ibihe birebire bihaciye bari nkabo aribo biswe izina ry’ a batutsi, abandi bitwa abahutu inkomoko bemeje zabo ari za Tanzaniya Ghana Nigeriya Igice kimwe ca Sudani, igice kimwe ca Kenya na handi, be na batwa, kugira ngo baronke ivyo bashaka: Kuko abirabure bataragira u bw’ i genge bwo kugira ivyo nabo batanguza kw’ isi vyemerwe na bazungu, na yandi mahanga. Amadini ba gumyeko ya zanywe n’ a ba zungu, na barabu , mu myaka y’ u mu vyuro wa kabiri bo baharuruka Imana, ikaba yizewe na bugingo na ba yazaniwe cane. Niyo batacishwa bugufi n’Imana, ivy’ u bahiro vyabo vyose bafise imyaka myinshi ikabicisha bugufi kugira ngo nabo Imana bi bagiye bayisubireko kandi atari munzira isa niyo bo bakimenya kw’ ari yo bakoresheje kugira ngo bahindure abirabure mu kuva mu migirwa yabo. Ku buzima berekana bagezeko, iterambere bariko ariryo ri n’ a baha inguvu zo gukomeza bayobora afrika, atari ngombwa ko afrika itwarwa nabo nko mu myaka ihise, ahubwo bagakoresha abirabure ba bashiramwo imyuka mibi, ivyiyumviro bibi, na birabure kubwo kugendera ku rutonde rwa rushwe rusigaye rukoreshwa a kenshi na benshi, bashaka kuronka u buzima bwiza, mu gukoresha bibiliya yera, biracagoye cane umuzungu ku bona yuko u mwirabure afise agaciro imbere ziwe. Ibigeragezo biriko bigwisha abizeye bibiliya yera bagasubira inyuma, bagacumura n’ i juru baba baharanira bakaribuzwa n’ u kutihanganira akamanyu ku mutsima kubwo kurushwa na magorwa yu buzima bw’ u bukene, inzara, intambara z’ a mira mu bihugu vyabo, uguhunga, bituma ba bazungu imana zabo z’ i bahereza u butunzi u bwenge bwo kumenya ku bugendera u bwo butunzi, ba birabure benshi bisanga muri bimwe bita kwari ivy’ isi ariko arivyo bikenerwa mu buzima bwo kugira ngo ijuru bashaka barironke: << biracagoye cane gose atari Imana i tanze i dini rishasha rivuye mu kintu gishasha abo birabure nyene bagowe cane mu buzima ba bayemwo imyaka myinshi, co ba bereye urukiza ni cubahiro imbere zabo bazungu , uhereye mu burundi, ariko ba vyiyamiriza cane gose ndetse bakavyita kwar’ i vy’ i gihe c’ i herezo { Isirayeli ya kabiri} ariko ba gakomeza bata amakosa kuri bene na bene, no kuri nya bazungu, bo u bwabo bakomeza bamarana. Imana ishaka ku batabara kuko izi aho vy’ u gariye. Ariko mugaha icubahiro u fise umutima nk’ u wuri muri ba bazungu badashaka yuko mworoherwa, muva mu ntambara za buri myaka, kw’ a mana intekera ku mitwe, i bisigaye mu kemeza ko mw’ i teze ijuru mu dahaye mu korera mu nzira z’ u kuri, kubw’ i nzara, u bukene, na bagiriwe u buntu bwo kuja muri ivyo bihugu vy’a nya bazungu, abarabu, abashinwa, ntaco bigera ba marira na basizwe muri bwa buzima bubi, Imana ishaka ku bahereza iteka kw’ isi kuko nayo iratahura yuko mu nkoba ya remyemwo abantu, urukoba rwanyu abirabure rurakengeretse ku bera vyose bibi na vyiza mu vyakira biturutse mu bazungu, abarabu, abashinwa mu kabona yuko Imana itigeze ivugisha abantu ivy’ a isirayeli ya kabiri, ariko mu kiremesha yuko mw’ i teze ijuru, : Yesu kristo ya bwiye abigishwa biwe bariko ba buza abana bato ngo nti ba mugane ahari; Ati : Ni mureke abana bato baze i wanje, kuko u bwami bw’ i juru ari u bw’ a bameze nkaba, ati; uwutanyakira nk’ u mwana muto , uyo nta nkwiye, abantu ivy’ Imana bashaka ku vyakirira muri kamere zi mibiri yabo biravye uburebure, igihagararo u bwiza bafise, akaba ariho bi bagorera gutahura ivy’Imana. Ijambo; intwaro, ubwami, politike vyose bisigura ikintu kimwe. Isengesho Yesu yi gishije abantu gusenga hari aho tuvuga ; Ngo ivyo ushaka bibe kw’ isi nkuko biri mw’ i juru,, nu ku ry’ i bazako cane i bigaragaza u bwami nu rutonde rw’ u kuntu mw’ ijuru bitondetse, nizi ntwaro nyene arizo bita politike zisi n’ u bwami tubona kw’ isi ; Satani ntiyiremye, ntaco yaremye nawe ni gikoresho c’Imana, kuko ntawe agerageza adasavye uruhusha Imana nko kuri Yobu, rero mwoye guta amakosa kuri satani, kuko si we wenyene na bagenzi biwe aribo abadayimoni bazoja mu muriro utazima, ahubwo nuyo wese akora ivyo Imana idakunda azowujamwo, mu rwanye nkuko Imana ishaka nawe azoguhunga, izere nk’u mwana muto, niho uzosobanukirwa vyinshi vy’Imana, ni wizirika mu mutwe ngo wishirireho akarimbi muvy’ Imana, uzo kwibuza amahoro, u buzima bwo mu gihugu wagenewe u bu bure, ijuru uribure.

Amahoro. Shalom.