Abayoboke b’umushingamateka Rwasa Agathon ntiborohewe.

Inyuma yaho abari bake bishwe mu minsi iheze abandi bakaja barapfungwa atamvo zumvikana zihari, n’ubu abayoboke b’icegera c’inamanshingamateka y’uburundi ntagahengwe bafise.

Aho muri iki gitondo bazindutse bata muri yompi Gahungu Alexi amakuru aguma adushikira ni uko umupolisi acungera ubuzima bw’uwo mushingamateka , yitwa Ndikumana Jean Claude nawe ari mumunyororo.