Dusangire aya majambo

Dusangire aya majambo,Bantu b’Imana mu gitabo ca Yos.5:13-14. Mu bihugu vyose hama hari ingabo zicunze ico gihugu! Mw’ijuru Natwe Turafise ingabo ziducunze!Zfise abagabisha

bakomeye barengeye abagabisha bo mw’isi! Abagabisha bo mw’isi barunamira ab’ijuru,

(Yosuwa arapfukama,

arunama,….) nikoko,twizere gusa,harih’ingabo nyinshi z’Uhoraho zidukikije! Ntaco utinya mukundwa n’Imana!

Imana yacu n’Ishimwe!