Imburi, Ubuhanuzi n’Ubuvugishwa ku Burundi, Urwanda na Congo D: Ni mwitegereze uko abantu bariko barapfira mubihugu iwabo no mumahanga mugire ico mwibutse.

,,, IBINTU B’ I BATATU UMWE WESE N’ U MUTIMA WIWE ABWIWE,,, Kuva ku musi wo gutangura kw’ i nkota n’ i bihano ; Buri buhanuzi, u butumwa, bwose bucishwa kurubuga, buvuga ku burundi n’ a barundi = Imana izobihora uwo wese agiye guhura n’ u burake bwayo; uko niko imeze n’Imana izukurura i vy’ i bagiwe mu guhana, ari cogituma y’ i bukira i vyakozwe nabo kuri Nowa mu biranga uku garuka kw’ a Yesu Kristo :

Zaburi 50: 21 : Ivyo urabikora, nanje ngahora, Ukiyumvira yuko mpwanye nawe rwose; Ariko nzoguhana, mbishire imbere y’ a maso yawe, uko bikurikirana.

ANSELME, NYAWITA, YARAGWIRA

1. Gusubira mu vyagezwe 30: 15-16 : Ehe raba, uyu musi mbashize imbere ubugingo n’ amahirwe, bo n’ u rupfu n’ a magorwa; kuk’ uyu musi mbabariye gukunda Uhoraho Imana yanyu, no kugendera mu nzira ziwe, no kwitondera ivyagezwe vyiwe n’ a mabwirizwa yiwe n’ a mateka yashinze, kugira ngo mubone kubaho, mugasare, Uhoraho Imana yanyu abahere umugisha mu gihugu mugiye kwinjira ngo mu cegukire. = Nubwo woba uri mu bagiye kwimburwa wo kw’ i hana, mbega ntushaka kuzobona ivyiza utigeze ubona hano mw’ i si, ntuhushe ibi vyiza bikurikira bitari hano mwisi ; Abamarayika bafashe intebe y’ a YHWEH, abamarayika barinda intebe y’ a YHWEH, u bubiko bw’ a shelegi nu mumarayika aharinda, u bubiko bw’ i mvura nu mumarayika aharinda, u bubiko bw’ u rume nu mumarayika aharinda, u bubiko bw’ i bicu nu mumarayika aharinda, u bubiko bw’ u muyaga nu mumarayika aharinda, u bubiko bw’ i zuba na bamarayika bahakorera, u bubiko bw’ u kwezi na bamarayika bahakorera, u bubiko bw’ i mbeho nu mumarayika aharinda, amakurudumu afise amaso hose ariyo agenda aho intebe y’ a YAHWEH iri, abakerubi aho bagenda hose abakurikira bahagarara agahagarara, mu nyonga h’ a YAHWEH kuhabona ko biteye igomwe kandi ari ivy’ i giciro, ukubaho kw’ i nkuba nu mumarayika aharinda, u bubiko bw’ i miravyo nu mumarayika aharinda, abamarayika bafashe isi, : Ivyo vyose ya biremye kugira ngo ihabwe icubahiro n’ a bari mwijuru be no mwisi , abari mwisi ni wewe muntu wese uhumeka impwemu ziva kw’ a YAHWEH no mu muyaga.

2. Gusubira mu vyagezwe 30: 19 : Uyu musi ntanze ijuru n’ isi kw’ ivyabona bizobagiriza, yuko mbashize imbere ubugingo n’ urupfu, umugisha n’umuvumo; nuko ni muhitemw’ u bugingo, kugira ngo mubone kubaho, mwe n’uruvyaro rwanyu,. = Mbega mwibaza yuko gehinomu itabaho, gehinomu irahari, ntiyagiriye imbabazi uhereye kuri ca gisato arico ya nzoka ya kera ariwe satani, i cagatatu c’ i nyenyeri za kurikiye satani zose izikororera hanze y’ i juru , babohewe bamwe mu vyobo vy’ i kuzimu, abandi bamarayika ba manyama baranka gukoroka ngo bashike haba kw’ i si canke i kuzimu bakomereza u bubi bwabo mu kirere, abandi bashika kw’ i si, abandi bashika i kuzimu babohewe mu vyobo vy’ i kuzimu barindiriye u musi wo guciribwa urubanza ru bajana muri gehinomu umuriro uzokongezwa i bihetangabo indwi. ; Yeremiya 44: 15- 19 { baranse kw’ u mvira intumwa y’Imana umuhanuzi Yeremiya bahitamwo kwosezera imibavu umwamikazi wo mw’ i juru, baronka ivyo kurya ivyo kunywa, ntibagenda gusa; ariko igihe bumvira Uhoraho bagenda gusa, barasonza, baranyoterwa; uyo mwamikazi wo mw’ ijuru na wewe uzomubona, arahari uhereye bakiri i nyagano muri egiputa, uhereye bakiri i nyagano i babuloni, nuyu musi arahari ariwe afise amazina atandukanye; ashitoreti, anati, ashera, bikira mariya, bibiliya yera imwita umwamikazi wo mw’ i juru kubera nawe afise abamuyoboka benshi kwisi, mbega u burake bw’ Uhoraho subwo gutinya, yibuka isi yo kuri Nowa mu kugereranya nisi yo mu gihe co kugaruka kwa Yesu Kristo kuvyo bakora, ariko hari i banga ry’ i nyegeje, impamvu ya hisemwo gutanga akarorero kibizoba mu kugaruka kwa kadosh yeshuah ariwe mutagatifu Yesu Kristo kw’ i si yo mu gihe ca Nowa.

3. Amareresi, amasanamu y’ i biterasoni acishwa kumbuga, icaha c’ u busambanyi mu nzira nyinshi, izindi bazirimwo kubwo kubura umuyobozi Mpwemu yera, bahimbaza umwamikazi wo mw’ i juru bamenya yuko bahimbaza Imana muvyo bakora vy’ u busambanyi, ingo, intwaro zikoresha imyuka mibi. = Imana ya remye ibintu vy’ i nkomezi kugira yiheshe icubahiro, isi uburyo ikomeye inkingi zayo murazi iyo ziri?, amazi yo mu kiyaga murazi ibara ya yahaye?, ijuru ukugene ari ryiza ariko izorema ijuru risha, inyenyeri zi tatonze ku gihe cazo zihabwa igihano; Ihindura abamarayika bagaavye kuba abadayimoni, rusoferi inyenyeri yu mutwenzi ahindurwa satani, apoluwoni umusirikare akomeye wa satani, beyezeburi umukozi akomeye wa satani mwibaza yuko mutihanye ko budaca mu babona kandi bakababaza neza ingene mwavuga-vuga izina rya Yesu Kristo maze mugaherukira kuja kurindira gehinomu, satani benshi muramuvuga ariko ntimurasaba ubwenge bwukuri buva k’Uhoraho ngo mumutahure neza niho muzotahura n’Imana neza, imyaka ibihumbi bi biri, uhereye kuri adamu na eva kugera ku gisuma cugururiye aberanda bose kuja mu buruhukiro bwiza aribwo paradizo, bugaranirwa i kuzimu agifise impfunguruzo kandi bari abagororotsi, Yesu arwana intambara i kuzimu mu misi itatu aba aratsinze barasohoka mw’ i bohero satani ya bashiramwo bimukira muri paradizo, mbega uyo satani mwoba mu muvuga nabi ariko akaba ariwe mugiye guhura nawe muzovuga ngwiki nimba mukiri muri uno mwanya mwiza mutumvira Uhoraho?, Ashera, ashitote ariwe babuloni nshasha ariyo basilica/vatican ariyo gatorika asengwa bikira mariya ariwe umwamikazi wo mw’ ijuru, muribaza ubushobozi afise butuma asengwa nk’Isumba vyose?, sukuvuga gusa ndakijijwe ati : Yesu yaratsinze vyose, maze namwe mwibaza ko kuja mw’ i juru ari umudendezo, mu rwanda ya manutse mu mwaka w’ i gihumbi kimwe amajan’ i cenda na mirongw’ i cenda na kane, anywa amaraso, mbega ubu ho ko mwanse kumvira abahanuzi, imburi, ubuhanuzi, ibitigiri vyongejwe vya bagiye gupfa ba gapfira mu vyaha, agiye kunywa ayanganiki ko arico kinyobwa ciwe?.; niwe mana y’ u rukundo rwa benshi ba kino gihe; boyfriend na girlfriend, gay, niwe ya sutsemwo iyo myuka mibi, nkuko nawe azwi kwari ubusa na bisi abashiramwo umwuka wo kwiyumva bagenda bari ubusa ko ari ibihimbaye, akoresha impuzu nki za bagenda gusa ariko zi kagurwa na bafise u buryo bwo kugura izikwiye, bakiyumva umunezero bambara izerekana ibice-bice bigize imibiri;; i buraya bo bagendana abadayimoni muri bo badaharurika, Isjtar/ Inanna ariwe umwamikazi wo mw’ijuru ya bigishije kwambara nabi, bakura bambara impuzu zihenesha, kandi ntibagira isoni kuko bahereye mu buto bwabo, afrika nabo babonekana ku nyambaro, no kurwira kwa majambo menshi ababonekesha ko bubaha Uhoraho, ariko nabo bagasambana kurusha abanyaburaya,; bo bagenda imibiri yabo iri hanze ariko bagakora ico bemeza, bakunda, ariko muri afrika bahisha ico bakunda gukora bagaserura ico badakunda gukora arico bakoresha mu kwerekana yuko uko bambara bakikwiza ku mibiri ariko no mu mitima bimera. Nawe akunda cane u busambanyi, ingo nyinshi zubakira ku mahera, barongora barongorwa imana ishirwa imbere n’ a mahera, none ahatari Imana nzima, ahatari Mpwemu w’Imana mbega urukundo rubeshaho iyo misore ni nkumi, abanyarugo mbega nti rutangwa n’ imanakazi Isjtar ariwe Inanna, ariwe Ashera, ariwe umwamikazi wo mw’ ijuru, umusore,; umukobwa, umugore, umugabo ntukore icaha co kw’ i yahura kubera wa benzwe, wahebwe, mutahure yuko abadayimoni ari benshi kandi, si benshi bubaka mw’ i juru vyemerwa, ariko kubera ari igihe caho rya banga rya ca kizira cu buyobe gikorera mu mpisho rikora cane gose, ni cogituma mwa bwiwe u muvyuro wa gatatu ariwo uzotuma ibisigo vyinshi bihava, ari cogituma dusemerera nka batagira akandi kazi bakora, nkahumengo twasaze, twavangiwe ku bijanye na Isirayeli ya kabiri, intambara ya yom kippur ku burundi n’ a barundi, nuko tubwirwa vyinshi na Data wa Twese wo mw’Ijuru, ariko benshi barahumye nicogituma, mukwiriye kwitonda cane muvyo kwubaka kubera muzokwisanga mwubakanye nabarimwo imyuka ya Isjtar/ Inanna ariwe umwamikazi wo mw’ ijuru, muzokwisanga muri gehinomu kandi mukiri kwisi ikimurikirwa izuba, ukwezi gutangwa, inyenyeri zitangwa kubw’ u rukundo rwayo ku bayo; Umuhanuzi Damascene Gakwaya abwirwa ngo bwira abarundi abakobwa, imisore bashaka kubaka bazokorerwa ubukwe bwiza inyuma y’ i ntambara, ati : vyatevye, ati: nu munyabinyoma, ariko mwanse kumva ntimugiye kwanka no kubona, abagiye kwakwa abagabo babo, abagiye kwakwa abagore babo, abagiye kwakwa abavyeyi babo, abagiye kwakwa incuti zi bashitse kumutima, niho insiguro ya majambo ya Damascene Gakwaya na ya bandi agiye gutahurika neza, kuko nta jambo Imana ivuga ngo rigume murutendeko ridashitse

Murakoze.