Muramvya : Abigishijwe gusoma n’ukwandika bahejeje inyigisho.

Muramvya : Abigishijwe gusoma n’ukwandika bahejeje inyigisho 
Ibirori vy’uguszera izo nyigisho vyari vyatewe iteka na Gaston SINDIMWO, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu c’Uburundi.

Izo nyigisho zatunganijwe n’ikigo « Village i Muhira », zikaba zizobandanya gutangwa no mu zindi ntara zigize igihugu c’Uburundi.