2 Co.1:19-20. Twibukanye ijambo ry »‘amasezerano »! Imana niyo kwizerwa! Kuko mu Mwami wacu Yesu Kristo harimw’Ego me! Ivy’Imana yasezeranye uko bingana muri we niho egome riri! Natwe tugaca tuvuga tuti « Amen »! Uhoraho ntiyigera ava mw’isezerano ryiwe, ntiyigera ahindura ijambo ryamwiviriye mu kanwa kiwe! Ivyiza vyoseyadusezeraniye bizoshika! Vyose bizosohora nta kintu na kimwe kizohara! Iri naryo yadusezeraniye ry’ubugingo budashira rizoshika! Har’abi-
baza ngo ntivyoshoboka! Ariko ibidashobokera abantu bishobokera Imana. Uhoraho abahe umugisha. muvyakire niko biri Amen!
Ibihe vyiza mwese!
Betty