Twebwe abisezerano turakunda kandi tugashima abiyitirira abisezerano eka n’abagerageza kwigana ibimenyetso vy’abisezerano.
Ntaco vyotubwira abantu gukora ivyo mugabo tubasaba kugendera ukuri, ibanga no kugororoka. Uravye nkiki kimenyetso urabona yuko uyu muntu canke uwu mugwi wagomvye kwigana ikimenyetso (logo) y’abisezerano.
Uko biri kwose umugambi w’Imana n’abatoranijwe ntuzosubira inyuma ngo bajuragijwe n’abibaza yuko bosamaza abisezerano.
Ni Dusangwe Imana Uburundi n’Isezerano.