HRW iratabariza aba Rohingya muri Myanmar

Aba Rohingya bahunze bajabuka muri Bangladesh

Iryo shirahamwe rimenyesha ko amasanamu ateye amakenga, kuko atuma bakekwa ko urugero rw’ivyasambuwe mu gace ka Rakhine ari runini cane gusumba uko bibaza.

Abo mu bwobo bw’aba Rohingya baharugwa mu bihumbi bahungiye mu gihugu kibanyi ca Bangladesh muri iyi ndwi, inyuma yo gutana mu mitwe hagati y’igisirikare ca Myanmar n’abakekwa ko ari abarwanyi b’aba Isilamu.

Aba Rohingya bagiriza igisirikare ko cabatuririye n’ibigirankana.