Imbere yo gusenga Isengesho ryo mwijoro kubo bwije turirimbe iyindi ndirimbo

Umuririmvyi wa cantique 80 ati *mpisemwo guhora nkizwa,* weho *wahisemwo iki ko mbona ibihe biguma bitwegereza kurusha igihe twizereye???*👇👇👇

1⃣ Yemw’abitang’ubufuti, Mugahush’umusalaba, Turababwira turira yuko mubabaza Yesu.

*R/ MPISEMWO GUHORA NKIZWA NO GUSHINGWA MU GAKIZA, MUGAKIZA NSIZOVAYO.*

2⃣ Yemw’abarets’ubugingo ,Mukabugura n’inyama,ah’izoborera mbega muzokura mw’inyungu ki?

3⃣ Yemw’abarets’igihugu cuzuy’amata n’ubuki:KO mukimiranye vuba musubiye mw’egiputa!

4⃣ Yemw’abavug’inkurumbi y’igihugu c’i Siyoni,Ivyo mwit’amananiza bishobokera uwizeye!

5.Mu maraso y’Umukiza Niho dukirizw’ivyaha, Ngwino dusubiraneyo, Dushike ku musalaba