*_đđ»đđ»IYI N’INDIRIMBO YO GUHIMBAZA IMANA MURI CANTIQUE Y’IKIRUNDI N°3 r_*All people that on earth do dwell. G.B. 10; T.H. 324
1. Yemw’ abari mw isi mwese,
Muririmbir’ Uhoraho,
Mukwiye kumukorera
Munezerwe bishimitse.
2. Uhoraho ni we Mana,
Uwo ni we yaturemye,
Tur’ ibitungw’ aragira,
Turi mu m’ukuku wiwe.
3. Muz’ i w’imbere m’urugo
Muhimbaz’ ubuntu bwiwe,
Muhore mumutazira,
Izina ryiwe rishimwe.
4. Kuk’ Uhorah’ ari mwiza,
Kandi n’umunyembabazi,
Na ntary’ azam’ azifise,
N’ uwo kwizigirwa cane
đđ»đđ»đđ»Muze m’urugo rw’Imana kugira ngo tweeeeseee duhimbaze ubuntu bugeretse hejuru y’ubundi yatugiriye,
Izina ryayo ryeeeeraaa turishime dushajisjije ukwera.
Sela