
Ababa mu gace ka Frankgurt basabwe gukura meza kumara umunsi wose
Aba polisi bakizuye mu mazu yose azwi ko asanzwe abamwo abantu kugirango bamenye nimba abahaba bose bimutse.
Ako gace kimuwemwo abantu, karimwo ibitaro, amazu y’abasaza n’ibanki nkuru y’igihugu.
Bikekwa ko hasigaye ibisasu vyinshi bitaturitse mu ntambara ya kabiri y’isi hirya no hino mu Budagi.