Gira ubugingo bushasha muri Kristo Yesu witebere ubudasa

🌈UBUGINGO BUSHASHA🌈ABAROMA 12:1_2.

1.Nuko bene Data,ndabahanura kubw’imbabazi z’IMANA,ngo mutange imibiri yanyu ibe ibimazi bizima vyera,bihimbara IMANA,ni kwo kuyikorera kwanyu kwogira ikimazi.

2.Ntimushushanywe n’ivy’iki gihe,yamara muhinduke rwose,mugize imitima Misha,kugira ngo mumenye neza ivy’IMANA igomba,ni vyo vyiza bishimwa,bitunganye rwose.

ABAROMA13_11_12_13_14.
11.Nuko mwame mugenza murtyo,kuko muzi imisi,yukw igihe gishitse co kwikangura.Non’agakiza kacu karatwegereye,kurusha igihe twizereye.

12.Ijoro rirakuze,bugira nice.Nuko twiyambure ibikorwa vy’umubiri,twambare ibirwanishwa vy’umuco. 

13.Tugendane ingeso nziza,nk’abagenda ku Murango.

14.Ariko mwambare umwami YESU KRISTO,kandi ntimubabare Ivy’umubabaro,ngo mukore Ivyo wifuza.🙏AMEN🙏