Rumonge : Umwana umwe yapfuye aguweko n’inzu mu mvura

Uwo mwana yitavye Imana aguweko n’inzu yabamotse muri iyo mvura yaguye muri karitiye ya Birimba, muri iyo ntara ya Rumonge.

Amakuru dukura muri iyo ntara ya Rumonge avuga ko n’abandi bana batatu bakomeretse, amazu arenga 270 nayo arabomoka, muri ayo hakaba harimwo ibirasi vy’ishure.