Bururi : Umugabo ataramenyekana yatowe ikiziga

Abajejwe intwaro bavuga ko uwo muntu yari amanitse ku giti ataramenyekana, amatohoza akaba yatanguye kugira abishe uwo muntu bamenyekane, n’uwo mu tu nyene amenyekane.