đBAGENZI IZANA RY’UHORAHO NIRISHIRWE HEJURUđZABURI 119:17_18_19_20_21_22_23_24.
17.Ugirire neza umusavyi wawe,kugira ngo mbeho, Nanje nzokwitondera ijambo ryawe.
18.Hwezesha amaso yanje, Kugira ngo mbone ibitangaza vyo mu vyagezwe vyawe.
19.Nd’inyambukira mw isi Ntumpishe amabwizwa yawe.
20.Umutima wanje umenaguwe n’igihahamizi. Ugirira imanza zawe ziroranye ibihe vyose.
21.Wahannye abibone,ari bo bivume,Bahusha bakava mu mabwirizwa yawe.
22.Unkurekw agakengerwe n’umugayo;Kuko nitondeye Ivyo wihanikirije.
23.Nah’abahambaye bicaye bangira imigabo,Umusavyi wawe niyumvira Ivyo washinze.
24.Kand’ivyo wihanikirije n’a vyo birampimbara,Ni vyo bajanama banje.đAMENđ