Ibimenyestso vy’ibihe: kubabazwa n’imiyaga, imvura, imyuzure no guhirimuka kw’ubutaka.

Uretse intambara zihitana abantu isinzi ku munsi ku munsi, mutiyobagije no guterana amajambo yuko ibihugu vya rutura nka Amerika na Koreya ya ruguru baguma bavuga yuko botangura intambara yo gukoresha ibirwanisho vy’ubumara; turazi I iriko biraba Muri amerika Yepfo aho abantu ibihumbi n’ibihumbi vyishwe abandi bagasigara atacepfo ca ruguru bihitanywe n’imiyaga hurukane na mariya…

Ubu naho nkuko mubibona kwikarata, hagire hashirko iyindi miyagaga, imyuzure n’ibihomaka ahegereye inyanja atlantike.

Ico umuntu yokora ni ukwishikanira Imana akaba ariyo yonyene imuzigama.