
Uwo mutama yari asanzwe yarapfakaye yiyahuye mu gihe atahuza n’abana biwe kuvyo yari yabasavye vy’uko yozana uwundi mugore, bikavugwa ko yoba yiyahuye kubera ishavu kubera abo bana biwe bari baramwankiye ko yozana uwo mugore.
Uwo mutama ashingurwa kuri uwu wa kane.