
Mu gihe amafaranga yari azwi atozwa ari ay’ishure (Minerval) hamwe n’amafaranga y’urwubako (Frais de construction), abo bayobozi bakuwe bagirizwa ko basaba abanyeshure amafaranga atazwi, nk’uko bivugwa n’ubushikiranganji bw’indero.
Abo bayobozi bakuwe mu kazi bamenyesha ko ayo mafaranga batoje bari bayumvikanyeko n’abavyeyi b’abanyeshure.