Mu giporisi mu ntara ya Kirundo bamenyesha ko bataramenya icatumye uwo musore yica mwenewabo, amatohoza akaba yatanguye.
Uwo yagandaguye uwo bavukana akaba yafashwe n’igiporisi canyarikiye ahabereye ubwo bwicanyi.