Kuvyabavugishwa Bazimiza Abantu Banje,bagasemerera,bati Namahoro,iyobagize Icobabugunyira,arik’utagize Ico Ashira Mukanwa Kabo Bitegura Kumurwanya; ibinivyo Uhoraho Avuga Kuribo, Ati Kubw’ivyo Hazobabera Ijoro,mwoye Kugira Ico Mwerekwa,kandi Hazobabera Umwiza,mwoye Kugira Icomuragura;kand’izuba Rizodoberera Kur’abo Bavugishwa,buzobazingirakw’inani Kumurango Abamenyi Bazoteterwa,n’abapfumu Bamaramare;mbere Bose Bazojorerwa,kukwatacobishuwe Kivuye Ku Mana. Ariko Jeho Nuzuye Ubushobozi N’ukuroranya N’inkomezi,mbihawe Na Mpwemu W’ Uhoraho,kugirango Mmenyeshe Yakobo Igicumuro Ciwe, Isirayeli Ndamumenyeshe Icaha Ciwe.Ni Mwumve Se Ndabinginze,yemwe Bakuru Bo Mub’inzu Ya Yakobo,namwe Abaganza Bo Mubinzu Ya Isirayeli,mwebge Abazinukwa Imanza Ziroranye,mukagoreka Ivyari Bibereye Vyose;abubakisha Siyoni Amaraso Muvishije,n’i Yerusalemu Mukahubakisha Ibigabitanyo! MIKA 3:5-10.
Abafise BIBILIYA mwosoma mukageza kumurongo wa 12. Yesu Abahezagire.
Placide Nduwayezu