Mayuyu : Umutama yishwe acumiswe imbugita

Amakuru atangwa n’ababonye ico kiziga avuga ko uwo mutama yahora ari umunyezamu yishwe acumiswe imbugita n’abantu batazwi.

Abajejwe intwaro mu ntara ya Bujumbura rural bamenyesha ko amatohoza yamaze gutangura.