Iyo nkoho yari kumwe n’igikono (Chargeur) cayo kirimwo amasasu mirongo itatu yatowe mu gashamba katuriwe, abanyagihugu b’aho muri komine Burambi akaba aribo baciye bahamagara abajejwe umutekano.