Uwo mugabo w’imyaka 35 yagandaguriwe ku musozi Gishumvi, komine Gahombo, mu ntara ya Kayanza, nk’uko mu giporisi bavyemeza.
Mu giporisi bemeza kandi ko amatohoza yamaze gutangura kugira uwishe uwo mugabo amenyekane.