Kampala mubuganda ibintu bikomeza kuyangara aho abashingamateka batumvikana ku kongera kuyoborwa na museveni umutama w’imyaka75Abenshi bakaba ba barizwa mumvuto .
Benshi bariko batabwa mumvuto kukwanka ihindukwa ry’ibwirizwa shingiro ryohava rigira Yoweri Kaguta Museveni umukuru w’Igihugu ca Uganda ubuzima bwiwe bwose.
Uretse nivyo, k’umupaka UGANDA ihana na CONGO aho bita kasindi na kasese amazi yo muruzi basanze yahindutse amaraso tukutuku nkuko mubibona kuri iyo sanamu. Aba Kristo basavye rero yuko mwosengera igihugu ca UGANDA n’abakibamwo kuko ico kimenyetso giteye ubwoba. Abarundi mwegereye muri iyo micungararo muhishikire muje kuraba yuko vyukuri ari urizi rwahindutse amaraso, canke yuko ari abasutse ibintu mumazi canke se yuko yoba ari amasanamu yafatiwe mu bindi bihugu.