Uwo inakuru w’abo bana ari mu minwe y’igiporisi.Mu giporisi bavuga kandi umwana w’imyaka icenda azwi kw’izina rya Yamuremye Jimmy yapfuye kuri uwu wa gatandatu akubiswe n’inkuba.
Uwo mwana yitavye Imana yahora aba muri komine Murwi, zone Buhayira, umusozi Nyabigunga.