Ngozi: Umwigeme w’imyaka 12 yapfuye akubiswe n’inkuba

Uwo mwigeme w’imyaka 12 azwi kw’izina rya MISHIMA Evelyne yakubiswe n’inkuba nk’igihe c’isaha cumi na zibiri z’umugoroba ku musozi Mubanga, komine Ruhororo, intara ya Ngozi.