Mu giporisi bamenyesha ko ico kiziga c’umwana w’imyaka indwi cabonwe ubwa mbere n’abanyagihugu, kireremba kuri urwo ruzi Nyawisesera, mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri.Uwo mwana w’umwigeme yatowe ikiziga azwi kw’izina rya NIJIMBERE Aline, mu giporisi bakavuga inyuma y’ugushika ahari ico kiziga, basanze uwo mwana yapfuye asomye nturi.