Tube maso turorereye Databuja adutabare 

🌈TUBE MASO,TURORERE DATABUJA🌈LUKA 12:35_36_38_44_46_47.

35.Mwame mukenyeye,kand’amatara yanyu yame yaka.

36.namwe muse n’abantu barorereye shebuja,igihe agarukira ava mu bukwe,ngo ni yaza,akaramutsa bace bamwugururira.

38.Ni yaza mu gicugu canke mu nkoko,akabasanga artyo,bazoba abahirwe.

44.Ndababwire ukuri yukw azomuha kugaba ivy’afise chose.

46.Shebuja w’uwo mushumba azoza kumusi atamwiteze,no mugihe atazi,azomucamwo kabiri,amusangize umugabane wiwe n’abatizera.

47.Kand’uwo mushumba yar ‘azi ivyo shebuja agomba,ntiyitegure,ntakore ivyo agomba,azokubitwa nyinshi.👏

AMEN👏