Ufise uburenganzira bwo kwihitiramwo. Fata umwanya uhitemwo neza.

Gusubira mu vyagezwe 30:15,20Ehe raba uyu musi mbashize imbere Ubugingo n’amahirwe ,bo n’urupfu n’amagorwa ;

16.Kuk’uyu musi mbabariye gukunda Uhoraho Imana yanyu ,no kugendera Ivyagezwe vyiwe n’amabwirizwa n’amateka yashinze kugira ngo mubone kubaho ,mugasare ,Uhoraho Imana yanyu abahere Umugisha mugihugu mugiye kwinjiramwo ngo mucegukire 

17.Ariko ni,mwakikama mu,mitima yanyu ,mukanka kwumvira ,mu kemera inyosha ,mugasenga izindi mana ,mukazisaba ,

18.Uyu musi ndabamenyesha yukobmutazobura guhona ;ntimuzomara igihe kinini mu gihugu mugiye kujabuka Yorodani ngo mucinjire ,mucegukire 

Luka 19:1

Ncuti uraza kuhasoma 

Hari abantu bagomba kuja mw’ijuru ariko bakagomba kujana n’ivya satani 

Subiza satani ibintu vyiwe umubwire ko uriko uja mw’ijuru 

Zakayo yagerageje kugirira neza Yesu aeiko ivyo vyose yagerageje gukorera Yesu ntivyari bihagije kukobYesu ntaza akangwa nivyo wakoze ariko ikimunezera nukugira Umutima umenetse 

Zakayo yahavuye abona ko ivyo yakoze vyose ko atakimazi ariko aririmbura nshima iri jambo (KWIRIMBURA )

Yewe Yewe ncuti z’Umusalaba aba Kristo benshi bariko baragenda akayombekera kubera habuzemwo muri bo Kwirimbura 😭😭😭😭

Irimbure nkuko Manase yirimbuye 

Irimbure nkuko Ezekiyeli yirimbuye 

Irimbure nkuko zakayo yirumbuye 

Irimbure nkuko Umwami Dawidi yirimbuye 

Halelua Imana itubabarire cane 

Maze ngo zakayo aririmbura mumutima wiwe Halelua yirimbura mumutima wiwe ko hari co ahajije vyatumye asubiza ivyo yivye vyose 

Subiza satani ibintu vyiwe umubwire ko uriko Uja mw’ijuru 

😭😭😭Abantu bitwa ko bamenye Imana bayikorera vyukuri weee nibo basigaye ari ABASAMBANYI Professionel 

😭😭Abantu twitwa ko Twamenye Imana nitwe dusigaye turi aba Escrot Proffesionel yewe yewe Munyavyaha umva Imburi 

Ntizoraba Gusigura Kwawe 😭😭

Ntizoraba kuririmba kwawe 😭😭Ese ingene wavuza umuziki 😭😭😭 ntabwo izoraba nakimwe muri vyo Yesu wanje Duharire ngo ariko Izoraba Umutima wawe Ingene Wakoreye Imana Neza 

Irimbure 🗣🗣🗣🗣 Irimbure 

Ihane kuku Bwami bwo Mw’Ijuru buri hafi Yesu agiye kuza ncuti y’Umusalaba igihe kirageza noneho Umugorortsi agira arye ivyamwa yamuje kubikorwa 

Nimba uzi ko Imana itaei muvyarawe gezaho gukorera Imana iryaryagura oya Hitamwo neza ncuti canke nimba ubona vyukuri k bikukugoye ja kumavi yawe usenge Imana nay ndizera neza ko harico izokora mubuzima bwawe Imana igufashe cane.