đAMASHIMWE,BIGUMA,CANKE VYOROHA,DUSHIMIRA UMUREMYIđZABURI 91:9_10_11_12_13_14_15_16.
9.Wagize UHORAHO ubuhungiro bwawe,Isumba vyose wayigize uburuhukiro.
10.Nta kibi kizogira ico kikugira ,Kandi nta cago kizokwegera ihema ryawe.
11.Kukw azokuragiza abamarayika biwe;ngo bakuzigame munzira zawe zose.
12.Bazokuramira mu maboko yabo,Woye gutsitara kW ibuye.
13.Uzokandagira intambwe n’imamba.u zosiribanga umugunza w’intambwe n’ikiyoka.
14.Kuko yankunze akaramata,ni co gitumanzomukiza. Nzomushira hejuru.k uko yamenye izina ryanje.
15.Azonyambaza,nanje ndamwitabe,Nzobana n’a we mu marus’hwa,Ndamukize,muhe icubahiro.
16.Nzomuhaza kuramba,kandi nzomwereka. Agakiza kanje.đAMENđ