đIMANA IHANA ABANTU BAYO BARUSHIRIZA KUTAYUBAHAđYESAYA 9:18
Kukw ibigabitanyo biturira nk’umuriro,utongora imikere n’amahwa,ukadomeka n’ibisaka vyo mw ishamba,bigacika umwotsi wifundikanya utwaje intunda hejuru.
YESAYA 10:1_2_3_4
1.Bazobona ibara,abashinga ivyagezwe bitabereye,n’abanditsi bandika ibigoramye;
2.Kugira ngo banzure abakene ngo ntibacirwe imanza,bagakura urubanza ku bagorwa bo mu bantu banje,bagasahura abapfakazi,bakanyaga n’impfuvyi.
3.None muzogira mute umusi muzoshikirwa no mw irandura riturutse kure?muzohungira kurinde ngw abatabare?Kandi muzobitsa hehe ubutunzi bwanyu?
4.Nta gisigaye atar’ugucishwa bugufi mu mbohe,canke guhindukiranywa mu bishwe.yamara na ho nyene uburake.bw’UHORAHO ntiburahwama,arik’ukuboko kwiwe kuracabanguye.
đAMENđtwihane maze IMANA iduhariređ