Kayanza : Umugore w’imyaka 63 yishwe n’abantu bataramenyekana

Abagandaguye uwo mugore bamusanze ku rugo iwe ruri ku musozi Kijuri, komine matongo, mu ntara ya Kayanza, nk’uko vyemezwa n’igiporisi.
Mu giporisi bavuga ko amatohoza yatanguye.