Rumonge : Umukuru w’igihugu NKURUNZIZA yuguruye amashure abiri 

Inyuma y’ukwugurura iryo shure ry’imyuga rya Gitaza, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yuguruye kandi ishure shingiro rya Magara, muri komine Bugarama, intara ya Rumonge nyene.