NSENGIYUMVA Bienvenu w’imyaka 25 wo ku musozi Kibuba, komine Kabarore intara ya Kayanza niwe yapfuye aguweko n’umusozi mu gihe yariko acukura ubutare bwo mu bwoko bwa « Colta ».
Abandi bantu bane nabo bari kumwe n’uwo yitavye Imana bakomeretse, bakaba bariko bavurirwa ku bitaro vya Kayanza.