Ngozi : Umutamakazi w’imyaka 83 yishwe akerewe

Inyuma y’igandagurwa ry’uwo mutamakazi, abanyagihugu batwawe n’ishavu, bakubita uwo mugabo yari ahejeje gusesa amaraso y’uwo mutamakazi.
Uwo MACUMI Frederic akaba ariko avurirwa mu bitaro vy’i Kiremba, kubera amahiri yakubiswe n’abanyagihugu.