Rwanda:  Inzu yariko irubakwa n’ishirahamwe HCR mwikambi y’impunzi z’abarundi i Mahama yaguye kubariko barayubaka.

Inzu yariko irubakwa n’ishirahamwe HCR mwikambi y’impunzi z’abarundi i Mahama yaguye kubariko barayubaka. 

Nkuko mubibona aho kumasanamu hari abakomeretse cane. Tuguma tubatohoreza abo bavandimwe bacu uko bamerewe. Uko biri kwose mukomeze kwizigira Imana kandi musenga cane.