Gitega : Umugore yatowe amanitse ku mugozi mu cumba ciwe

Ababanyi hamwe n’abajejwe intwaro ku musozi uwo mupfasoni yabako bamenyesha ko yari abanye neza n’ababanyi biwe hamwe n’umugabo wiwe. Mu giporisi bavuga ko amatohoza yatanguye kuri urwo rupfu.
SHURWERYIMANA Diane asigiye umugabo wiwe umwana bavyaranye w’amezi ane.