Evrard GISWASWA yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/201 ryo kuwa 18 Gitugutu 2017, ryateweko umukono kandi n’umushikiranganji wo kumenyesha amakuru, amaposita n’ubuhinga bwa none.
Uwundi yagenwe n’iryo tegeko ry’umukuru w’igihugu ni Kadjiatou NZOJIBWAMI yagenywe kuba umuyobozi ajejwe ubutunzi n’intwaro mu kigo CIEP.